INTANGAMARARA


Umwana w’amezi atatu yari yibwe yarasubijwe
a Igipolisi c’uburundi carasubije umwana w’uruyoya kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nzero, yari yaranyurujwe igenekerezo rya 4 uku kwezi,akaba yari yatwawe n’umukenyezi yitwa Odette Hakizimana. Nkuko amakuru yatanzwe n’umuvugizi w’igipolisi ngo (...) ...

[→ Inkuru irambuye]




FACEBOOK KIR


Burunga WebTV


CONTACT

  • URUGANDA RW'AMAKURU: redaction@burunga.org
  • UKENEYE ICO UBAZA: burunga@burunga.org
  • HAMAGARA KURI: +257 68 020708

INTERERANO YAWE

INKURU IDO N'IDO

a Ibigendajuru mugisata c’ubuvuzi mardi 28 janvier 2020

Gadus Niyonzima, umuyabaga w’umurundi yafashe intumbero yokuzana ubuhinga bwa none bwo gushikana (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Evariste Ndayishimiye umucandida wa 2020 lundi 27 janvier 2020

Umukandida agira 6 mu kibanza c’umukuru wigihugu yaraye abonetse. Uwo nawe akaba ari Evariste (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Ibisabwa mukwinjira mugwego gw’abashingwamanza jeudi 23 janvier 2020

Abanyeshure bariko barangiza mu gisata c’amategeko muri kaminuza murutonde gw’ivyigwa rushasha (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Imigambwe iriteguriye amatora mardi 21 janvier 2020

Imigambwe itavugwa rumwe n’uwuri kubutegetsi iremeza ko iriko irakora ibikovya vyayo vya (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Umugambi IDA18 w’ibanki ’yisi yose lundi 20 janvier 2020

Muntumbero yo gukingira ibidukikije mu Burundi bufashijwe n’ibanki y’isi yose mu mugambi IDA18 (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a ARFIC yasubirijwe na ODECA vendredi 17 janvier 2020

ODECA mu mpfunyapfunyo,ni ikigo gishasha kigiye gutunganya ibijanye n’igitegwa c’ikawa y’uburundi (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Umwana w’amezi atatu yari yibwe yarasubijwe mardi 14 janvier 2020

Igipolisi c’uburundi carasubije umwana w’uruyoya kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nzero, yari (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Abazokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu babaye 5 lundi 13 janvier 2020

Imigambwe ibandanya ishira ahabona abazoyiserukira mu matora y’uyu mwaka 2020 mu kibanza (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Imiti ya Malaria igiye guhindugwa jeudi 9 janvier 2020

Abanyagihugu bafise amakenga ku miti ivura ingwara ya Malaria kuko hari iyo Leta y’uburundi (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Umuziki kavukire mu Burundi jeudi 9 janvier 2020

Umuziki kavukire n’ibicurarangisho kavukira birafasha munyigisho ndetse bika nahimbara abantu (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Urwarukaꓽ inyigisho kw’irondoka rijanye n’amagara meza jeudi 19 décembre 2019

Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu n’ukugwanya Sida babicishije mu mugambi w’amagara meza no (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
a Uwitwa Zebiya yoba yasubiye kwegeranya abayoboke mardi 17 décembre 2019

Imiryango imwe imwe iriko iratabaza ko abayo basubiye kugenda kamwe kamwe bakurikira uwitwa (...) ...

[→ Inkuru irambuye]
Ibigendajuru mugisata c’ubuvuzi
Evariste Ndayishimiye umucandida wa 2020
Ibisabwa mukwinjira mugwego gw’abashingwamanza
Imigambwe iriteguriye amatora
Umugambi IDA18 w’ibanki ’yisi yose
ARFIC yasubirijwe na ODECA
Umwana w’amezi atatu yari yibwe yarasubijwe
Abazokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu babaye 5
Imiti ya Malaria igiye guhindugwa
Umuziki kavukire mu Burundi
Urwarukaꓽ inyigisho kw’irondoka rijanye n’amagara meza
Uwitwa Zebiya yoba yasubiye kwegeranya abayoboke

INKURU IGEZWEHO

Samuel Ndayiragije niwe aramutswa ishirahamwe ry’abarundi muri Amerika
a Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/6/2019, niho abarundi batari bake baba muri Amerika bakoranira muri Phoenix Arizona ngo bahimbaze imyaka 57 iheze uburundi bwikukiye bongere bamenye ivyavuye mumatora y’abarundi baserukira abandi muri Amerika yose mw’ishirahamwe BDUSA (BURUNDIAN DIASPORA IN USA). Samuel Ndayiragije (uwo ari hagati kwi photo) akaba ariwe yatowe ngo aserukire abarundi baba muri Amerika bose mukiringo c’imyaka 3, nkuko tubomenyeshwa n’amakuru ava ngaho i Arizona. Nkuko (...) ...

[→ Inkuru irambuye]


DIYASIPORA

Samuel Ndayiragije niwe aramutswa ishirahamwe ry’abarundi muri Amerika
a Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/6/2019, niho abarundi batari bake baba muri Amerika bakoranira muri Phoenix Arizona ngo bahimbaze imyaka 57 iheze uburundi bwikukiye bongere bamenye ivyavuye mumatora y’abarundi baserukira abandi muri Amerika yose mw’ishirahamwe BDUSA (BURUNDIAN DIASPORA IN USA). Samuel Ndayiragije (uwo ari hagati kwi photo) akaba ariwe yatowe ngo aserukire abarundi (...) ...

[→ Inkuru irambuye]


AYAVUGWA MU MAHANGA