AMAKURU

Akaranga niko kabanga k’umurundi

aInkino n’imico kama bigiye kunagurwa n’ugutsimbatazwa nk’uko vyashikirijwe n’Umukuru w’Igihugu mushasha mw’ijambo ryiwe ryo kwimikwa i Gitega. Mu migambi agiye gushira imbere, harimwo kunagura akaranga k’abarundi baho hambere muri kino gihe (...)



Bamwe mubagiye gufasha umukuru w`igihugu batowe

aProsper Bazombaza na Alain Guillaume Bunyoni niyo mazina ahejejwe kwemezwa n`inama nshingamateka mubibanza vy`icegera c`umukuru w`igihugu nic`umushikiranganji wambere. Uwugiye kuba icegera c`umukuru w`igihugu Bazombanza Prosper imvukira ya (...)



Jeanine Ntiranyibagira yabuzwe irengera

aUmukenyezi azwi kwizina rya NTIRANYIBAGIRA Jeanine yaba muri zone Gihosha mugacimbiri ka Gikungu- rural (imbere y’agasoko) yarabuzwe irengero kuva kumuhingamo w ‘igenekerezo rya 8 Nzero 2020. Amakuru duhabwa n’abana n’ababanyi batumenyesha ko (...)



Evariste Ndayimiye umukuru w`igihugu mushasha

aKur`uyu wa kane igenekerezo rya 18 Ruheshi niho hategekanijwe ibirori vyo kwimika umukuru w`igihugu c`uburundi bikaba bizobera mu ntara ya Gitega kukibuga c`itiriwe ingoma. Nkuko biri mw`itangazo ryavuye mu bushikira nganji bwimigenderanire (...)



Amashure yo mugisagara arahurumbigwa n`abana bava mumisosi

aAkarorero n`Ishure Stella Matutina, ishure ry`intango riri hagati mu gisagara ca Bujumbura rikaba ari rimwe mumashure ya kera cane azwi mugisagara, ryakira abana benshi harimwo abava kumpera yico gisagara eka nabava kumisozi ihanamiye igisagara. (...)







MURI IKI GISATA
Akaranga niko kabanga k’umurundi
Bamwe mubagiye gufasha umukuru w`igihugu batowe
Jeanine Ntiranyibagira yabuzwe irengera
Evariste Ndayimiye umukuru w`igihugu mushasha
Amashure yo mugisagara arahurumbigwa n`abana bava mumisosi
Umukuru w`igihugu ashengeye atishwe
Abantu 4 bakize COVID19, uyundi umwe nawe yaranduye
Burundi : Umurwayi wa Koronavirisi yarapfuye kubera izindi ngwara
Ngo nta wundi murwayi wa COVID-19 yibonekeje uno musi
Kubera ikiza ca COVID₋19 gihanze ibihugu vya...

1 | 2 | 3 | 4 | 5 | 6