Covid19 na tombora yo kuja mumahanga
Mu gisaga ca Bujumbura hari amazu y’ubudandaji ariko arahamagarira abantu muri tombora yo kuja mu gihugu ca reta zunzubumwe za Amerika.
Kubo twashoboye kuganira bakoresha iyo tombora ngo barandika abavyifuza kandi bafise urupapuro rwa (...)