AGATEKA KA MUNTU

tugwanye amabi akorerwa abakenyezi

aUbushikiranganji bwo gushikirana,imibano,agateka kazina muntu n’iterambere ridakumira ryatanguje icese isekeza ry’imisi 16 yahariwe kurwanya amabi akorerwa abakenyezi n`abigeme ry’umwaka 2020. « Uburundi bwakaka : twese hamwe turandurane n’imizi (...)



Abageze muzabukuru barahangayikishwa n’ukubaho.

aAbageze muzabukuru bakwiye gufashwa hakanategurwa n’itegeko ryobagenga kugira basozere ubuzima bwabo neza. Umushingwamanza Cyrille Fresh Isirabahenda ngo muburundi ntategeko rirajaho ritomora neza ukwabageze muzabukuru bofatwa, nko mubijanye no (...)



Agashimwe k’umuhisi Kizito

aUmuhise Kizito Mihigo,umuririmvyi w’umunyarwanda yaronkejwe agashimwe kitiriwe "Vaclav Havel". Nagashimwe gatangwa buri mwaka kagahabwa abaririmvye bashoboye mu mwuga wabo kwerekana ko bagwanya intwaro zagacinyizo. Nkuko itangazo rya Human (...)



Abagendana ubumuga barashoboye

aAbamenyeshamakuru barafise uruhara ntangere mw’iterambere ry’abagendana ubumuga. Kubwabagendana ubumuga ngo nkuko ijwi ry’umunyamakuru rishika kure kandi rigashikira benshi,ngo ivyo vyotuma abarundi bahindura ingendo muguha agaciro abagendana (...)



Umugwi CVR usaba amatohoza kuvyabaye

aUmukuru w’umurwi ujejwe kumenya ukuri no kurekuriranira Pierre Claver Ndayicariye ahamagarira uwo wese afise ico azi kuvyabaye muri kaminuza y’Uburundi ndetse n’ahandi kunyaruka kubivuga kugira ngo uwo murwi ufashe gushira ukuri ahabona. Hari (...)







MURI IKI GISATA
tugwanye amabi akorerwa abakenyezi
Abageze muzabukuru barahangayikishwa n’ukubaho.
Agashimwe k’umuhisi Kizito
Abagendana ubumuga barashoboye
Umugwi CVR usaba amatohoza kuvyabaye
Icibutso c’abanyeshure bagandaguriwe muri kaminuza y’uburundi