UMUTEKANO

ibiciro mu misi mikuru

aAbarundi bararyoherwa cane n’imisi mikuru irangiza umwaka. Haribonekeza impinduka nyinshi mu mpera no muntango y’umwaka cane cane k’umugwa mukuru w’ubutunzi Bujumbura,ahusanga abantu bariko baritegurira imisi mikuru. Bamwe bagasuma ibifungugwa (...)



Impanuka zo mwibarabara zica abantu benshi

a"Akamaro k’ibikorwa vyambere bikorerwa uwagize isanganya ry’umuduga" ico Nico civugo c’uyumwaka kundwi yahariwe kugwanya amasanganya yo mwibarabara yasozerewe uyumusi. Mu birori vyogusozera iyo ndwi,umushikiranganji agejwe gutwara abantu nibintu (...)



Gitega amasanganya yo mw’ibarabara yabaye ndanse

a90% vyabitab’Imana mugisagara ca Gitega Bahitanwa n’amasanganya yo mw’ibarabara. Abagendesha amapikipiki bakorera muntara ya gitega baradomwako urutoke n’abatwara iyo ntara ari nawo murwa mukuru wa politique kuba aribo bambere mugutez’amasanganya (...)



Umwana w’amezi atatu yari yibwe yarasubijwe

aIgipolisi c’uburundi carasubije umwana w’uruyoya kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nzero, yari yaranyurujwe igenekerezo rya 4 uku kwezi,akaba yari yatwawe n’umukenyezi yitwa Odette Hakizimana. Nkuko amakuru yatanzwe n’umuvugizi w’igipolisi ngo (...)



Somaliya iriko iratera intambwe muvy’umutekano

aIgenekerezo rya 30 Ndamukiza 2018, inama ijejwe amahoro n’umutekano mw’ishirahamwe ry’ubumwe bw’Afrika yaratanze intumbero ku bijanye n’intwaro nfatakibanza mu gihugu ca Somaliya. Ico gikorwa nyene c’ishirahamwe ry’Ubumwe bw’Afrika carabandanije (...)







MURI IKI GISATA
ibiciro mu misi mikuru
Impanuka zo mwibarabara zica abantu benshi
Gitega amasanganya yo mw’ibarabara yabaye ndanse
Umwana w’amezi atatu yari yibwe yarasubijwe
Somaliya iriko iratera intambwe muvy’umutekano
#Somaliya : Abasirikare b’abarundi bahimbaje umusi mukuru wo kwikukira
#Burundi : Abasirikare b’abarundi bari muri Somaliya bahawe imidari