INKURU IGEZWEHO

Samuel Ndayiragije niwe aramutswa ishirahamwe ry’abarundi muri Amerika

aKuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/6/2019, niho abarundi batari bake baba muri Amerika bakoranira muri Phoenix Arizona ngo bahimbaze imyaka 57 iheze uburundi bwikukiye bongere bamenye ivyavuye mumatora y’abarundi baserukira abandi muri (...)



Leta irasemerera inyuma yaho hamenyakaniye ko amasoko arenga 10% yakamye

aLeta y’Uburundi ibicishike mu Bushikiranganji bw’ibidukikije, uburimyi n’ubworozi iragabisha abantu bose mbere ikanasemerera ko amasoko arenga 10% y’inzuzi ntonto amaze gukama mwino misi yanyuma. Umushikirangaji Deo Guide Rurema akavuga ko iyindi (...)







MURI IKI GISATA
Samuel Ndayiragije niwe aramutswa ishirahamwe ry’abarundi muri Amerika
Leta irasemerera inyuma yaho hamenyakaniye ko amasoko arenga 10% yakamye