Uburundi iyarara ry’ibihugu bikize
Uburundi ngo n’iyarara ry’ibihugu bikize.
Bishikirizwa n’ikigo c’ishirahamwe mpuzamakungo #ONU kijejwe ibidukikije #PNUE.
Muvyirwa ico kigo cakoze mubihugu 146 vyo kw’isi cerekana ko Uburundi, Malawi, Zimbabwe kamwe na Nigeriya ngo bifise (...)
Buganda amazi y`imvura aburinzira
Imirima irageramiwe n’isidagurika ry’isi.
Mubice bimwe bimwe vya zone Gasenyi ya Komine Buganda ni muntara ya Cibitoke, imirima iguma isidagurika bivuye kumazi y’imvura yanyengeterey’isi.
Ben’iyo mirima bavuga ko bagerageje guca imiserege kugira (...)
hashizweho ibihano kubakidandaza amasashe
Ibikoresho bikozwe m’utumwanya birabujijwe burundu.
Ihadabu iri hagati y’ibihumbi bibiri (2000) n’ibihumbi bitanu( 5000) vy’amafaranga y’amarundi niyo azohanishwa uwufashwe akoresheje canke ataye ah’ariho hose ibikoresho bikozwe m’utumwanya. (...)
Amashengero n’ibidukikije
Gukingira ibidukikije ngo biri mubininahaza Imana.
Ishengero Catorika mu Burundi ryatanguje icese umugambi wo gukingira ibidukikije bifatiye kw’ikete rya Papa "Laudato si"mu Kirundi bisobanura "Ninahazwa mukama".
Mu ruganda batanguje ruzomara (...)
Amakenga ko bakora umikate
Abadandaza b’imikate ntibabona neza uko bagiye gutekera ibidandazwa vyabo inyuma yo guhagarika gukoresha amasashe.
Utembereye mu mazu akoregwamwo imikate usanga nka hose batekera mu masashe abandi bagakoresha amasashe mugufuka imikate ikiva (...)