OTB,indwi yahariwe icayi
OTB igiyekwongereza indimiro, isanure amahinguriro yongere yagure isoko.
Ihinguriro ry’icayi OTB rimenyesha ko rigiye kwagura indimiro, aho rishorera umwimbu ryongere risanure n’amahinguriro.
Imvo ngo nuko muri kino gihe umwimbu wicayi uguma (...)
Inkono z’ikirundi
Abarundi bari abashakashatsi,bari bazi gukora ibikoresho vyankenegwa nk’ivyo batekamwo,ivyo barimisha,n’ibindi.
Inkono yahingugwa n’abarundi ubwabo mu mwuga bita kubumba.
Mukugira inkono iboneke ngo bisaba umwanya n’ukwitanga kuko Atari igikogwa (...)
Intango y’umwaka w’ishure iragora
Iyo umwaka w’ishure utanguye hahinduka ibitari bike haba kubanyeshure canke kubavyeyi.
Abana bahejeje ishure shingiro barahindurigwa amashure bivanye n’ibisata bishasha bagiye kwiga intango igaheza ikabagora kumenyera.
Umuvyeyi twashoboye (...)
Ama dosiye yabo yarawe yakiririwe n’urwego...
Ama dosiye yabo yarawe yakiririwe n’urwego rw’abashingwamanza rw’i Bujumbura.
Nyuma yo kwitura sentare isubiramwo imanza ya mukaza kugira bashobore kwemererwa kuja murwego rw’abashingwamanza, urwaruka ruhurikiye mw’ishirahamwe ryihaye intumbero yo (...)
Ibigendajuru mugisata c’ubuvuzi
Gadus Niyonzima, umuyabaga w’umurundi yafashe intumbero yokuzana ubuhinga bwa none bwo gushikana imiti ku bitaro hakoreshejwe ibigendajuru (bita Drones) cane cane mubice vy’igihugu bigoye gushikamwo, umugambi yise WOTE (bisigura Twese (...)