INKINO

umurwi Vitalo woba wifashe gute ?

aUmurwi wa Vital’o ngo wifashe neza cane. Ngo nah’umaze gutakaza inkino zibiri Vital’o FC ngo wifashe neza muri kino gihe, binyuranye nuko ngo benshi bavyumva mubihuha vyabashaka gusambura uyo murwi babicishije mubinyoma bakwirakwiza kumbuga (...)



Yegereyegere m`umurwi Gymkhana

aAbakinyi b’umurwi Gymkhana bari muri yegereyegere. Vyatanguye igenekerezo rya 2/8/2020, abakinyi Munezero Ghyslain, Jimbere Paulin na Arakaza Trésor ni kuvuga uwuserukira abandi (capitaine) icegera ciwe hamwe n’uwujejwe inyifato. Bamenyesha (...)







MURI IKI GISATA
umurwi Vitalo woba wifashe gute ?
Yegereyegere m`umurwi Gymkhana