AMAGARA Y’ABANTU

Ishano mu gisagarab ca Bujumbura

aHirya nohino mugisagara ca Bujumbura haravurwa cane abantu barwara bakemeza ko bariye " Ishano". Benekurya iryo shono birukira kwivuza ku baganga bakoresha imiti y’ikirundi bakemeza ko bavurwa kandi bagakira. Hari nabavuga ko bamaze (...)



ingwara yo kutumva ibangamiye urwaruka

aIvyuma bivuza urwamo bigwiriye mu gisagara ngo nivyo bikwegera abantu ubumuga bw’ukutumva. Muganga Leonard Bivahagumye asanzwe aserukira ikigo co kuvura ingwara z’amatwi (Kale-B )amenyesha ko ibitigiri bigera kuri 60 kw’ijana vy’abagwaye ingwara (...)



Intambwe mu buvuzi ku makomine

aUbushikiranganji bwamagara y’abantu n’ukugwanya Sida bwashize mungiro ivy’umukuru w’igihugu yemereye abanyagihugu mukubaronsa umuganga mukuru kw’ikomine imwe imwe yose yo mu Burundi. Kuri uyu wa 20 Nzero hatangujwe inyigisho kubaganga bashasha (...)



abarundi mwipimishe covid19 ni kubuntu

aUmushikiranganji wambere Alain Guillaume Bunyoni arashima ukw’ibikorwa vyo gupima ikiza ca Corona virisi biriko biragenda mugisagara ca Bujumbura. Murugendo yazindutse akora kuri uyu wagatatu muri kimwe mu bibanza vyategekanijwe gupimiramwo (...)



Bujumbura igiye kwifatanya n`ibindi bisagara

aIkiza ca Sida na Korona virisi vyahagurukiwe n’ibisagara. Kuri uyu wa 10 Kigarama 2020, umukuru w’igisagara ca Bujumbura yateye igikumu kumasezerano yogufashanya n’abandi bakuru b’ibisagara bikoresha ururimi rw’igifaransa. Ayo masezerano akaba (...)







MURI IKI GISATA
Ishano mu gisagarab ca Bujumbura
ingwara yo kutumva ibangamiye urwaruka
Intambwe mu buvuzi ku makomine
abarundi mwipimishe covid19 ni kubuntu
Bujumbura igiye kwifatanya n`ibindi bisagara
ingingo nshasha zo kugwanya Covid19
Abakenyezi bose baramenya amategeko abakingira ?
ikigega c`isi cahaye imfashanyo ubushikiranganji bw`amagara y`abantu
Umusi wo kugwanya Sida
Ikiza ca Sida mur¸ik`igihe ca Coronavirisi

1 | 2 | 3